easy boy mutama w'ubuki wesha şarkı sözleri

Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Weuh! Weuh! Yo Eazy!!! Ni Mutama w'UBUKi! Weuh! Wesha! Weuh! Je aka kana Ndakatake Nipime kabisa! Ndakatake! Yeeh! Je aka kana Ndakatake! Ndakatake! Ndakatake! Eeeh!!! Je aka kana Ndakatake! Ndagatsetsegetseee! Je aka kana Ndakatake Ndagacagagureee! Je aka kana Ndakatake! Ndakatake! Ndakatake! Weuh! wesha wa gakumi weee Nyegera kuruhande gato nkwongorereee Aha umbona nukuri je numva nafaditseee Nsamariye weweee Nsamariye weweee! Harya ngo inzu nziza irabirwa ku kasugumweee nawe mbona utovyeee Wallah nima jeje! Nima selekeleee! Uri mademoiselle Nakubalee nukuri nakubalee! Umvaaa.. nyemerera dutahe ndakuryagagureee Ibiri munzu vyose maze tubisambagureee Nyihere umushusho Ndashonje! Nyihere n'ubushuhe Ndakonje! Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Je aka kana Ndakatake! Ndagatsetsegetseee! Je aka kana Ndakatake Ndagacagagureee! Je aka kana Ndakatake! Ndakatake! Ndakatake! Nukuri kano kana mazee numva wapi Kano kana kuri piste ko kunaga hasi Nanje ku mutima nti Sika achi chi! Si si si sika achi! Nda cenga cenga! Ku gapira je ndatera Dem gyal back it's up Murukino ntaco ncera Rimwe na rimwe Wiii Ikindi gihe Nop! Uwundi mwanya ngo Kishakira Eazy!! Mi a Gwaan Zaga Mi a Gwaan Boom Mi a Gwaan Lit N'ubushuhe inna Di Room Reka Mpengere Can't get enough Ndagatingeee!!! Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Je aka kana Ndakatake! Ndagatsetsegetseee! Je aka kana Ndakatake Ndagacagagureee! Je aka kana Ndakatake! Ndakatake! Ndakatake! Eeeh!!! Eeeh!!! Je aka kana Ndakatake! Ndagatsetsegetseee! Je aka kana Ndakatake Ndagacagagureee! Je aka kana Ndakatake! Ndakatake! Ndakatake! Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Weuh! Weuh! Wesha! Weuh! Wesha! Weuh! Wesha! Weuh! Wesha! Weuh! Yooo Eazy! Weuh!Wesha! Weuh! Ni Mutama w'UBUKi! Weuh! Wesha! Weuh!
Sanatçı: Easy Boy Mutama W'ubuki
Türü: Belirtilmemiş
Ajans/Yapımcı: Belirtilmemiş
Şarkı Süresi: 2:44
Toplam: kayıtlı şarkı sözü
Easy Boy Mutama W'ubuki hakkında bilgi girilmemiş.

Fotoğrafı