gaël manirampa nyihanganire şarkı sözleri
Yeah!
Iyo ntashe hak'unsanganira
Wirukira mu bibondo
Akamaramaza
Nkiyibagiza ko ari je
Ngutera guhunga gutinya
Mwiza wanje
Mbabarira
Mbabarira
Ah'ubona nanje
Ndipfuza kumera
Nkuko twahora aho hambere
Arikooo
Ububegito bwanje ntibunkundire
Mwiza wanje
Mbaba
Mbabarira
Mbabarira
Ye hiii o o
Mbaba
Mbaba
Mbaba
Mbabarira
Nsabira ikigongwe mu bana