ivano bass bon bon şarkı sözleri
Hisia zangu kwako
Ukicheka nambao
Malikia mi amor
Kama mwanzo
Napenda ile angle
Akuna mwengine kando
Mapenzi yako kibao
Niliamua kitambo
Kuishi nawe ndio mpango
Akuna ligi yako
Ur'umwamikazi utez'igisabo
Ivano gonna protect you
Ibintu biryohe bon bon
Ibintu biryohe bon bon bon
Ibintu biryohe bon bon
Ibintu biryohe mambo yolo
Mambo yako yanijaza moyo
Nzokugabira itongo
Mwiza mu barondo
Ur'inyenyeri yaka mugatondo
Izo fraisheur mbona ni moto moto
Les jaloux nabo muzohateba
I got you bebe ntakunyerera
Care umpa n'umurengera sana sana
Akuna ligi yako
Ur'umwamikazi utez'igisabo
Ivano gonna protect you
Ibintu biryohe bon bon
Ibintu biryohe bon bon bon
Ibintu biryohe bon bon
Ibintu biryohe mambo yolo
wo wo wo
Ung'a ung'ara
ung'a ungaba
Ung'a ung'ara
wo wo wo
Ung'a ung'ara
Yo yo ryoha
Aaaaah aaah ahh
Wanijaza moyo
Aaaah aahhh
Wanijaza moyo ooh
Ibintu biryohe bon bon bon
Ibintu biryohe mambo yolo

