ivano bass utunenge şarkı sözleri

Har'ivyo utegekwa kuvuga Navy utegerezwa kunuma Iy'isi irayobeye kur'ubone Ijana ntirigisuma Benshi ntibaz'igituma Batagihaga umutsima Haga umutsima Batagihabwa umutsima woyo Ubuzima n'ink'ikiyaga Ifi nini zirya ntoya Mu mitumba nomu biyaya Nta ruhindu wohatora aaa Ewe mwana wa mama Kosora utwo tunenge Ewe mwana wa mama Ngusaba ko woca ahenge Ewe mwana wa mama Kosora utwo tunenge Ewe mwana wa mama Ngusaba ko woca akenge Propaganda Inkuru zicurirwa mu ruganda Harahanda N'ubwo hashashe neza nk'igitanda Amanyanga azana akaga Eka s'umunyanga sawa Fata akayaga ku kiyaga Imana itararuca impaga Niko mvyibaza ooyoo Ewe mwana wa mama Kosora utwo tunenge Ewe mwana wa mama Ngusaba ko woca akenge Ewe mwana wa mama Kosora utwo tunenge Ewe mwana wa mama Ngusaba ko woca akenge Ewe mwana wa mama Kosora utwo tunenge eeeh ee Ewe mwana wa mama Ngusaba ko woca akenge
Sanatçı: Ivano Bass
Türü: Belirtilmemiş
Ajans/Yapımcı: Belirtilmemiş
Şarkı Süresi: 3:19
Toplam: kayıtlı şarkı sözü
Ivano Bass hakkında bilgi girilmemiş.

Fotoğrafı