qboyjeshi angelina şarkı sözleri
Mbega Angelina niwe uri muri maindo erega angelina niwe uri muri maindo yanje :Angelina Ange niwe ufite umitima wanje2 unva jendagukunda ange je ndagushaka ange
Nahonoba singaranye imisegonda5 gusa noyikoresha nkubwira Nkonkukunda for you my love amaso yanje akureba wewe gusa inzozi Zanje zaburi musi niwewe gusa my love
Angelina Ange niwewe ufise umutima wanje
Unva jew ndagukunda ange je ndagushaka ange
Ange ange ange angelina kama kuna makosa utakosowa